Ku rupapuro rw'ibirimwo

Indongorazina z'ikibanza zerekana aho zihagaze mu kirere, ku buringanire, ku murongo canke ikindi Nyishi murizo zirakoreshwa no ku mwanya, kanatsinda hariyumvirwa umwanya cane nk'ikintu kibndanya Ibindi vyiyumviro birashoboka kuboneka vyinyegeje mu kirere Ku zindi ndongorazina z'ikibanza, iciyumviro kiboneka cane mu ngiro kirashobora kuba ico kudomako mu kirere

antaŭ
Ku ruhande rwegereye uwuvuga canke uruhande ngenderwakoAntaŭ la domo staras arbo. uruhande ruherereye imbere y'umuntu canke igikoko ni urwo mu maso: Li haltis antaŭ ŝi.
Ku ciyumviro, iciyumviro gikwikirwa n'ikindi Mi iras antaŭ vi.
Mu mwanya uheruka ku wundi : Antaŭ tri tagoj mi vizitis vian kuzon.
malantaŭ
Ku ruhande rutandukanye n'urwa mbere Li estis kaŝita malantaŭ kurteno. Tuj malantaŭ si ŝi aŭdis viran voĉon.
apud
Impagararo yo ku ruhande rw'ikintu, Mu bisanzwe ni ku ruhande rw'iburyo canke rw'ibubafu (si imbere, si inyuma) Apud la skribotablo estis paperkorbo. Li staris tutan horon apud la fenestro.
ĉe
Impagararo yegereye cane, nkuko ihushanyeIciyumviro ca ĉe kirahindagurika cane bivanye n'iciyumviro. Akenshi ĉe yerekana ikibanza atakudomako impengamiro ;: Ĉe la angulo de la strato ŝi haltis. La gastoj tranoktos ĉe mi (= en mia hejmo).
Muri uwo mwanya : Ĉe la komenco de la tagiĝo la arbaro aperis bele kovrita de prujno.
ĉirkaŭ
Ku mpengamiro y'ikintu : La rabistoj sidis en rondo ĉirkaŭ la fajro.
Ukugereranya umwanya : Ĉirkaŭ la mateno la ventego finiĝis.
ekster
Ku mpengamiro rw'inyuma y'ikintu, ku ruhande rw'inyuma y'ikintu : Mi staras ekster la domo, kaj li estas interne.
en
Ku ruhande rw'indani ;: En la ĉambro estis tri virinoj.
Ahantu bafashe nkuko umengo ni mu kirere ariko mu vy'ukuri ari uburinganire : La rusoj loĝas en Rusujo.
Umwanya wafashwe nk'uwo mu kirere muri uwo mwanya nyene harakorerwa ikintu. «Indani» hinjira intango n'iherezo ry'uwo mwanya : En la tago ni vidas la helan sunon, kaj en la nokto ni vidas la palan lunon kaj la belajn stelojn.
inter
Impengamiro zo ku mwisho wazo hari ibintu bibiri canke vyinshi Sur la kameno inter du potoj staras fera kaldrono. Ni vojaĝis inter Pekino kaj Ŝanhajo. Estas granda diferenco inter li kaj mi.
Birashoboka guhitamwo (bibiri canke birenga ) : Ni elektis inter Ĉina restoracio kaj Itala restoracio.
Kuba mu murwi Inter miaj amikoj estas multaj Sud-Amerikanoj.
Umwanya batadomako inyuma y'akanya n'imbere y'uwundi Estis inter la sepa kaj oka horoj vespere.
kontraŭ
Impengamiro y'ikintu imbere gitera kigana ikindi, mu bisanzwe imbere kigana ikintu. Vyompi bibiri birafise imbere hatandukanye, impande n'impande, bifise umwanya hagati yavyo : La reĝo sidis sur sia reĝa trono kontraŭ la enirejo de la domo.
Ikintu gitera kigana ikindi ciyunguruza n'uruhande rw'imbere kigana urundi ruhande rw'imbere Ili promenis man-en-mane kontraŭ la leviĝanta suno.
Ubugizi bwa nabi, ukutavugarumwe, abatavugarumwe n'ibindi ;: Mi ne devas agi kontraŭ mia konscienco.
Ikintu cose uhawe canke uronse mu gukaba: Ili donas konsilojn kontraŭ kontanta pago.
post
Umwanya inyuma y'uwundi : Post tri monatoj ili geedziĝos.
Impengamiro ikurikirwa n'iyindi : Ili staris en vico unu post la alia.
Inyuma y'ikintu inyuma : Ŝi aŭdis post si brueton. Gushika uno misi hakoreshwa malantaŭ muri ico gihe.
preter
Ikibanza impande yaco hari kubera igikorwa. Mu bisanzwe igikorwa kirabandanya muri ico kibanza : Li pasis preter mi sen saluto.
sub
Munsi, ikibanza kiri mu nyuma y'ikintu kiri n'imiburiburi hejuru. Akenshi sub yerekana «hejuru», igihushane ca «super», mu gihe kiri munsi ntigikora ku kiri hejuru;: Ĝi kuŝas sub la tablo. Akenshisub ni igihushane ca «sur». Muri ico gihe ikintu kiri munsi kirakora ku kiri hejuru  : Sekaj folioj krakis sub liaj piedoj.
Ikibanza gifutswe n'ikintu, bivanye n'uburebure bukurikira Ŝi portas la libron sub la brako.
super
Hejuru, ikibanza c'isumbuye ku giherereye impande y'ikiri munsi. Hagati y'ibibanza bibiri mu bisanzwe hariho umwanya, atari imigenderanire: Super ni briletas la steloj. Akenshi harashoboye kuba imigenderanire, ariko udashimishije; ku buryo wowuhagararako: Super la tero sin trovas aero. Mu gihe iumugenderanire ufise akamaro hakoreshwa sur.
Ugutwikirwa hatisunzwe uburebure canke umugenderanire Ŝiaj longaj blondaj haroj pendis super ŝia nuko.
sur
Mu kibanza c'uburinganire bw'ikintu. Mu bisanzwe ni ugufasha, impengamiro, uguhatirwa, gukora canke imigenderanire y'akamaro. Mu bisanzwe sur werekana umugenderanire uruta w'uburinganire wakozweko : Sur la tero kuŝas ŝtono. Mais sur irashoboye kwerekana impagararo itadomyeko uburinganire bwaho: Meze sur la muro pendis portreto.
tra
Muri uwo mwanya harakorwa igikorwa. Igikorwa nyezina inyuma y'ikintu, kwinjira indani, no kubandanya gushika ku mpera. Igikorwa kirashobora no gutangura ku ntango no gushika ku mpera. Igikorwa kirashoboye no kubandanya kikarenza n'urugero, canke kikaguma indani kitabandanya, bivanye n'iciyumviro : Tra la fenestro la vaporo iras sur la korton. La akvo fluas tra tubo. Ariko akenshi igikorwa ntikigenda ku buryo gitangura kigahera, akenshi gitangura umwanya utadomweko gushika ku wundi indani : La soldatoj kondukis la arestitojn tra la stratoj.
Muri uwo mwanya, mu gutangura no mu guheza : Ili festis tra la tuta nokto.
trans
Impengamiro «yo ku rundi ruhande», «hejuru ya». Hakoreshwa trans mu gihe hategerezwa guca hejuru canke icategekanijwe gushikira urundi ruhande : Li loĝas trans la strato.
maltrans
Ipmengamiro «yo k'uruhande rwa». hakoreshwa maltrans gake kabaho. Akajambo ĉi-flanke de gakoreshwa cane: Prefere restu maltrans la rivero. = Prefere restu ĉi-flanke de la rivero.

Ahenshi hakoreshwa indongorazina z'ikibanza N ihereza yerekeza mu kwerekana igikorwa yerekeza ikibanza cumvikanyweko.

Subira ku ntango